If you could wave a magic wand, how would you make life better for your family and your community?
The State of Maine's Permanent Commission on the Status of Racial, Indigenous & Tribal Populations cordially invites members of the Burundian and Rwandese communities in Maine to a consultative meeting. The purpose of the meeting is to learn more about the work of the commission and to share the main challenges families and individuals face today and envision how our communities can grow and thrive together tomorrow.
RSVP: Use this link or contact Delicia (207-420-5282) to register.
Saturday, June 1st, 2024
16h to 18h
75 Park St, Lewiston, ME 04240
Event hosted by Ikirezi Multicultural Institute
in partnership with Count Me In
INAMA MPUZA MIRYANGO
Iyaba woshoboye gukora igitangaza, n’ikihe kintu wokora kugira ubuzima bwawe hamwe n’abana bawe bube bwiza?
Umugwi wamaho wo muri Leta ya Maine ushingiye Ku banyagihugu bahujwe n’ubwoko, ubusangwabutaka n’amamuko (The State of Maine's Permanent Commission on the Status of Racial, Indigenous& Tribal Populations) uri n’iteka ryo gutumira abagize imiryango y’abarundi n’abanyarwanda bahurikiye muri Leta ya Maine mu nama y' ihanahana-vyiyumviro. Imvo yamukuru y’inama n’iyo kubamenyesha ic’uyo mugwi ushinzwe muri Leta ya Maine no kuganira ingorane abavyeyi n’abana bagira mu buzima bwa minsi yose, hamwe nokwiga ingene imiryango yacu yotera intambwe mw’iterambere rusangi ritegura ejo heza.
Iyo nama izoba itariki yambere z’ukwezi kwa
Gatandatu, 2024 (01-06-2024)
Isaha: 4 - 6 zo k’umuhingamo
Ikibanza: 75 Park St, Lewiston, ME 04240
Iyandikishe aha link canke wandikire Delicia (207-420-5282)
Igiteramo gihagarikiwe n’ Ikirezi Multicultural Institute yifadikanije na Count Me In